Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - Eggo (nantino) haala Kirundi nden - Yusuf Ghayiti.

external-link copy
35 : 9

يَوۡمَ يُحۡمَىٰ عَلَيۡهَا فِي نَارِ جَهَنَّمَ فَتُكۡوَىٰ بِهَا جِبَاهُهُمۡ وَجُنُوبُهُمۡ وَظُهُورُهُمۡۖ هَٰذَا مَا كَنَزۡتُمۡ لِأَنفُسِكُمۡ فَذُوقُواْ مَا كُنتُمۡ تَكۡنِزُونَ

Umusi ubutare bw’inzahabu n’ubw'umwakaka bwayongejwe mu muriro wa Jahannamu, bagaheza bakababurwa na nya butare mu ruhanga, mu mbavu no mu mugongo, bazobwirwa n’agashinyaguro n’akantu bati: “Iki ni co gihano c’amatungo mwiziganirije ntimwayatangako umugabane usabwa. Enda rero, nimuhonje ibihano vy’ivyo mwari mwaraziganije kw'isi, mukanka kubitangako umugabane usabwa”. info
التفاسير: