Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - Eggo (nantino) haala Kirundi nden - Yusuf Ghayiti.

external-link copy
19 : 9

۞ أَجَعَلۡتُمۡ سِقَايَةَ ٱلۡحَآجِّ وَعِمَارَةَ ٱلۡمَسۡجِدِ ٱلۡحَرَامِ كَمَنۡ ءَامَنَ بِٱللَّهِ وَٱلۡيَوۡمِ ٱلۡأٓخِرِ وَجَٰهَدَ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِۚ لَا يَسۡتَوُۥنَ عِندَ ٱللَّهِۗ وَٱللَّهُ لَا يَهۡدِي ٱلۡقَوۡمَ ٱلظَّٰلِمِينَ

Bantu! Mbega none ukunywesha abashengerera ingoro ntagatifu hamwe n’ukwitwararika umusigiti mutagatifu w’i Makka, mwabigize nk’ukwemera kw'uwemeye Imana Allah n’umusi w’iherezo, akanaharanira idini ry’Imana Allah! Eka nta ho bisa bisana na gato ku Mana Allah kuko Itakira ibikorwa bidashingiye ku kwemera. Burya Imana Allah, ntishoboza gukora ivyiza bitegetswe abantu birenganya mu kuyibangikanya. info
التفاسير: