[32] Ku kubera ko Imana Allah Itababarira ibangikanyamana. Imana Allah Yavuze Iti: “Mu vy’ukuri, Imana Allah ntigumiriza akabanga ku vyaha ngo Ibabarire uwuyibangikanya” (An-Nisaa-i: 48). Iranavuga kandi Iti: “Mu vy’ukuri, uwuzobangikanya Imana Allah, ni ukuri Imana Allah Yaraziririje ko yoja mu Bwami bw’ijuru” (Al-Maa-ida: 72).
[33] Raba Aayah ya 47 mu gisomwa citiriwe Mariyamu.
[34] Ni na co gituma Imana Allah Idakwiye kubangikanywa mu kurema kwayo, mw’itunganiriza ry’ibiremwa, mu bumana bwayo no mu gushinga amateka kwayo.