Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - Eggo (nantino) haala Kirundi nden - Yusuf Ghayiti.

external-link copy
16 : 5

يَهۡدِي بِهِ ٱللَّهُ مَنِ ٱتَّبَعَ رِضۡوَٰنَهُۥ سُبُلَ ٱلسَّلَٰمِ وَيُخۡرِجُهُم مِّنَ ٱلظُّلُمَٰتِ إِلَى ٱلنُّورِ بِإِذۡنِهِۦ وَيَهۡدِيهِمۡ إِلَىٰ صِرَٰطٖ مُّسۡتَقِيمٖ

Hakoreshejwe ico Gitabu ca Qor’ani rero, Imana Allah Irongora abagenzwa no gushimwa na Yo mu nzira zibashikana kw’iteka n’itekane n’amahoro, ku burenganzira bwayo rero Igaheza Ikabakura mu muzimagiza w’ubugarariji, Ikabaganisha ku muco w’ukwemera, Ikanabashoboza gukurikira inzira igororotse y’ubwislamu. info
التفاسير: