Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - Eggo (nantino) haala Kirundi nden - Yusuf Ghayiti.

external-link copy
84 : 4

فَقَٰتِلۡ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ لَا تُكَلَّفُ إِلَّا نَفۡسَكَۚ وَحَرِّضِ ٱلۡمُؤۡمِنِينَۖ عَسَى ٱللَّهُ أَن يَكُفَّ بَأۡسَ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْۚ وَٱللَّهُ أَشَدُّ بَأۡسٗا وَأَشَدُّ تَنكِيلٗا

Muvugishwamana! Rwanira rero idini ry’Imana Allah n’aho vyoshika ugasigara uri wenyene, ntuzobazwa kiretse ku vyo wakoze ku gatwe kawe. Uraheza kandi uhimirize n’abemeramana guharanira idini ry’Imana Allah, kumbure Imana Allah Izohagarika ukwiganza kw’abagarariji. Burya Imana Allah Irahambaye mu guhana kwayo, Irahana Igahasha. info
التفاسير: