Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - Eggo (nantino) haala Kirundi nden - Yusuf Ghayiti.

external-link copy
21 : 4

وَكَيۡفَ تَأۡخُذُونَهُۥ وَقَدۡ أَفۡضَىٰ بَعۡضُكُمۡ إِلَىٰ بَعۡضٖ وَأَخَذۡنَ مِنكُم مِّيثَٰقًا غَلِيظٗا

Ni gute mworekurirwa kuyihako kandi mwaramaze kwihererana na bo mu kurangura amabanga y’abubatse, kandi na bo nyene bakaba baramaze kubaha isezerano riremereye ryo kubana ku neza canke kwahukana ku neza! info
التفاسير: