Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - Eggo (nantino) haala Kirundi nden - Yusuf Ghayiti.

external-link copy
146 : 4

إِلَّا ٱلَّذِينَ تَابُواْ وَأَصۡلَحُواْ وَٱعۡتَصَمُواْ بِٱللَّهِ وَأَخۡلَصُواْ دِينَهُمۡ لِلَّهِ فَأُوْلَٰٓئِكَ مَعَ ٱلۡمُؤۡمِنِينَۖ وَسَوۡفَ يُؤۡتِ ٱللَّهُ ٱلۡمُؤۡمِنِينَ أَجۡرًا عَظِيمٗا

Kiretse abazokwigaya muri zo, bagaheza bakagaruka ku Mana Allah, bakanatunganya ivyo bononye mu kwemera kwabo, maze bakanacudika n’abemeramana ku bw’Imana Allah, bagaheza bakeza n’idini ry’Imana Allah. Abo rero ni bo bazoba bari kumwe n’abemeramana mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa, kandi Imana Allah Izoheza Ihe abemeramana impembo ihambaye. info
التفاسير: