Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - Eggo (nantino) haala Kirundi nden - Yusuf Ghayiti.

external-link copy
98 : 3

قُلۡ يَٰٓأَهۡلَ ٱلۡكِتَٰبِ لِمَ تَكۡفُرُونَ بِـَٔايَٰتِ ٱللَّهِ وَٱللَّهُ شَهِيدٌ عَلَىٰ مَا تَعۡمَلُونَ

Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Emwe bahawe Igitabu! Ni kuki mugarariza mu guhakana ivyemezo biturutse ku Mana Allah, vyemeza ko idini ry’Imana Allah ari ubwislamu, mugahakana mwivuye inyuma n’ivyemezo biri mu Bitabu vyanyu vyemeza ukwo kuri kandi mubizi!”, burya Imana Allah ni Icabona ku vyo mukora. info
التفاسير: