Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - Eggo (nantino) haala Kirundi nden - Yusuf Ghayiti.

external-link copy
67 : 3

مَا كَانَ إِبۡرَٰهِيمُ يَهُودِيّٗا وَلَا نَصۡرَانِيّٗا وَلَٰكِن كَانَ حَنِيفٗا مُّسۡلِمٗا وَمَا كَانَ مِنَ ٱلۡمُشۡرِكِينَ

Burya Ibrahimu rero ntiyigeze akurikira idini ry’ubuyahudi canke ry’ubunaswara, ariko yasenga yemera Imana Imwe Rudende Allah, yari umwislamu yicisha bugufi kuri Yo, eka ntiyari mu babangikanyamana. info
التفاسير: