Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - Eggo (nantino) haala Kirundi nden - Yusuf Ghayiti.

external-link copy
23 : 3

أَلَمۡ تَرَ إِلَى ٱلَّذِينَ أُوتُواْ نَصِيبٗا مِّنَ ٱلۡكِتَٰبِ يُدۡعَوۡنَ إِلَىٰ كِتَٰبِ ٱللَّهِ لِيَحۡكُمَ بَيۡنَهُمۡ ثُمَّ يَتَوَلَّىٰ فَرِيقٞ مِّنۡهُمۡ وَهُم مُّعۡرِضُونَ

Ntumwa y’Imana! Mbega warabonye igitangaje kuruta abayahudi bagize amahirwe yo guhabwa Igitabu bakamenya ko ivyo wahishuriwe ari ukuri, maze bahamagarirwa kwubahiriza ibiri mu Gitabu c’Imana Qor’ani kugira ngo kibadadanure mu vyo bahazanako, hanyuma umugwi umwe muri bo ukagenza umugongo mu kwanka ingingo yayo wirengagiza ukuri! info
التفاسير: