Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - Eggo (nantino) haala Kirundi nden - Yusuf Ghayiti.

external-link copy
163 : 3

هُمۡ دَرَجَٰتٌ عِندَ ٱللَّهِۗ وَٱللَّهُ بَصِيرُۢ بِمَا يَعۡمَلُونَ

Abantu bo mu Bwami bw’ijuru rero, bazoba barutana mu vyubahiro hisunzwe ibikorwa vyabo, nk’uko n’abantu bo mu muriro bazoba barutana mu ngero z’inyenga y’umuriro barimwo, hisunzwe ivyaha vyabo. Burya Imana Allah rero, ni Nyenukubona, Irabona neza ivyo bakora, kandi Izobibahembera. info
التفاسير: