Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - Eggo (nantino) haala Kirundi nden - Yusuf Ghayiti.

external-link copy
162 : 3

أَفَمَنِ ٱتَّبَعَ رِضۡوَٰنَ ٱللَّهِ كَمَنۢ بَآءَ بِسَخَطٖ مِّنَ ٱللَّهِ وَمَأۡوَىٰهُ جَهَنَّمُۖ وَبِئۡسَ ٱلۡمَصِيرُ

Burya rero, uwurondera gushimwa n’Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo, nta ho asa asana n’umuntu adandabagira mu bugaba akwiye ishavu ry’Imana Allah, n’ubushikiro bwiwe bukaba ari mu muriro wa Jahannamu! Ni na bwo bushikiro bubi cane. info
التفاسير: