Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - Eggo (nantino) haala Kirundi nden - Yusuf Ghayiti.

external-link copy
28 : 2

كَيۡفَ تَكۡفُرُونَ بِٱللَّهِ وَكُنتُمۡ أَمۡوَٰتٗا فَأَحۡيَٰكُمۡۖ ثُمَّ يُمِيتُكُمۡ ثُمَّ يُحۡيِيكُمۡ ثُمَّ إِلَيۡهِ تُرۡجَعُونَ

Babangikanyamana! Ni gute mugarariza mugahakana isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah! Mu gihe mwari nk’abapfu mutararemwa, maze Imana Allah Irabarema, Ibaha ubuzima, inyuma y’aho Ibaka nya buzima urwanyu rugeze, murapfa. Hanyuma rero Ikazobasubiza kandi ubuzima mukazuka. Hanyuma ni kuri Yo muzosubizwa kugira muharurirwe muheze muhemberwe ivyo mwakoze. info
التفاسير: