Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - Eggo (nantino) haala Kirundi nden - Yusuf Ghayiti.

external-link copy
48 : 18

وَعُرِضُواْ عَلَىٰ رَبِّكَ صَفّٗا لَّقَدۡ جِئۡتُمُونَا كَمَا خَلَقۡنَٰكُمۡ أَوَّلَ مَرَّةِۭۚ بَلۡ زَعَمۡتُمۡ أَلَّن نَّجۡعَلَ لَكُم مَّوۡعِدٗا

Maze nya biremwa bigashirwa ku murongo ahabona imbere y’Imana yawe Rurema Allah, Tugaheza Tukabibwira Duti: “Ni ukuri, Twabazuye muca murarenguka ata matungo canke abana mwibangikanije nk’uko Twabaremye ubwa mbere. Bantu mwahakana izuka ry’ibiremwa! Ahubwo mwibajije ko Tutazobagenera isango ryo kubazura, kugira Tubahembere ivyo mwakoze!”; info
التفاسير: