[6] Iyi Aayah irahimiriza umuntu ko agirira ikigongwe uwamugiriye nabi, akirengagiza kumwihora n’aho uwamugiriye nabi atohaha gusubira kumugirira nabi.
[7] Iyi Aayah, ni icemezo c’uko uwututse uwundi canke akambika ibara umwe mu bakenyezi b’Intumwa y’Imana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) aba agararije.
[8] Ukubaho kwayo n’ibikomoka kuri Yo vyose, ni ukuri, nta makenga canke amazinda ari mu mazina n’amatazirano yayo, kibure mu bumana bwayo.