আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - কিকঙ্গো (বান্টু) অনুবাদ- ইউছুফ ঘহীতি

external-link copy
3 : 67

ٱلَّذِي خَلَقَ سَبۡعَ سَمَٰوَٰتٖ طِبَاقٗاۖ مَّا تَرَىٰ فِي خَلۡقِ ٱلرَّحۡمَٰنِ مِن تَفَٰوُتٖۖ فَٱرۡجِعِ ٱلۡبَصَرَ هَلۡ تَرَىٰ مِن فُطُورٖ

Ni we Yaremye amajuru indwi agerekeranye. Muntu wihweza ibintu n'ibindi! Ntushobora kubona amahinyu n’ubudasa mu vyaremwe na Nyenimpuhwe. Enda nyabuna rero, subiza amaso inyuma wihweze, hari amahinyu ushobora kubona! info
التفاسير: