আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - কিকঙ্গো (বান্টু) অনুবাদ- ইউছুফ ঘহীতি

external-link copy
87 : 4

ٱللَّهُ لَآ إِلَٰهَ إِلَّا هُوَۚ لَيَجۡمَعَنَّكُمۡ إِلَىٰ يَوۡمِ ٱلۡقِيَٰمَةِ لَا رَيۡبَ فِيهِۗ وَمَنۡ أَصۡدَقُ مِنَ ٱللَّهِ حَدِيثٗا

Allah, ni Yo Mana ata yindi mana ibwirijwe gusengwa atari Yo, ni ukuri Izobegeraniriza hamwe ku musi w’izuka ata amakenga ko utegerezwa gushika, kugira Ibaharurire Inabahembere ivyo mwakoze. Nta n’umwe yoba imvugakuri gusumba Imana Allah mu vyo Yashikirije. info
التفاسير: