আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - কিকঙ্গো (বান্টু) অনুবাদ- ইউছুফ ঘহীতি

external-link copy
156 : 4

وَبِكُفۡرِهِمۡ وَقَوۡلِهِمۡ عَلَىٰ مَرۡيَمَ بُهۡتَٰنًا عَظِيمٗا

Twaranabavumye bitewe kandi n’igarariza n’imvugo bavuze kuri Mariyamu mw’irementanya risiga ubwenge ko yashurashuye, mu gihe ari ikinyoma ceruye; info
التفاسير: