আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - কিকঙ্গো (বান্টু) অনুবাদ- ইউছুফ ঘহীতি

external-link copy
104 : 17

وَقُلۡنَا مِنۢ بَعۡدِهِۦ لِبَنِيٓ إِسۡرَٰٓءِيلَ ٱسۡكُنُواْ ٱلۡأَرۡضَ فَإِذَا جَآءَ وَعۡدُ ٱلۡأٓخِرَةِ جِئۡنَا بِكُمۡ لَفِيفٗا

Maze Duca Tubwira Bene Israyeli mu nyuma y’ihonywa rya Firawuni n’ingabo ziwe, Duti: “Nimucumbike rero ku gataka ka Shaamu, nihagera ko umuhero w’isi ushika, Tuzoheza Tubazure mwese, muheze muharurirwe”. info
التفاسير: