আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - কিকঙ্গো (বান্টু) অনুবাদ- ইউছুফ ঘহীতি

Al-Ikhlaasw

external-link copy
1 : 112

قُلۡ هُوَ ٱللَّهُ أَحَدٌ

Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Imana Allah, ni Imwe Rudende mu bumana bwayo, mu bushobozi bwo kurema no mu mazina n’amatazirano yayo. info
التفاسير:

external-link copy
2 : 112

ٱللَّهُ ٱلصَّمَدُ

Imana Allah, ni Yo Nyenugutumberwa muri vyose. info
التفاسير:

external-link copy
3 : 112

لَمۡ يَلِدۡ وَلَمۡ يُولَدۡ

Ntiyavyaye kandi ntiyavyawe, eka ntigira n’umugore. info
التفاسير:

external-link copy
4 : 112

وَلَمۡ يَكُن لَّهُۥ كُفُوًا أَحَدُۢ

Kandi ntigira ikiremwa na kimwe bisa canke bisusa, haba mu mazina n’amatazirano yayo, haba no mu bushobozi bwayo”. info
التفاسير: